IMANA INTUMYE IBI KU RWANDA Bizaba 2025 Mwanze Kubihanura Reka njye Mbivuga UMUHANUZI W'UMURUNDI

IMANA INTUMYE IBI KU RWANDA Bizaba 2025 Mwanze Kubihanura Reka njye Mbivuga UMUHANUZI W'UMURUNDI

ZABURI NSHYA

18 часов назад

3,537 Просмотров

Ссылки и html тэги не поддерживаются


Комментарии:

@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 - 26.12.2024 17:55

nemera Imana sinera abakuru bamadini nabo bose baza bamoka nkimbwa bavuga Imana bayisabisha naho imitima yabo yuzuye imwanda! urushengero ubu rwumuntu ni umutima wiwe , umushumba nawe ni Imana ikuyobora , ikutegeka , nayo ivya abiyita abakizwa , yooo! ni amadayimoni bibereye aho, narabahinyuye , none , mubusambanyi, mububeshi , mwishari nomukaborerwe , kundandahirwa ubasangayo, umuntu ashobora kuborezwa nivyo afise, si bose ariko ntawovuga ngo ivyo bidini vyose ni bizima. Imana

Ответить
@ezechielnyabenda313
@ezechielnyabenda313 - 26.12.2024 18:09

Uyumukozi w lmana uyumuvyeyi lmana imwogerumugisha

Ответить
@MukundiyimanaJuriyen
@MukundiyimanaJuriyen - 27.12.2024 08:09

Bivuge insegero bazihinduye mbizinesi mumitiyaboyuzuye mo ibyamarangamutimayabo mwukawera yavuyemuribo 😢😢

Ответить
@GOD_UrgentMessage
@GOD_UrgentMessage - 27.12.2024 11:05

Yeremiya 26; Iki gice kirimo ubutumwa bukomeye bwo gukangurira abantu guhindura imyitwarire no gusaba imbabazi imbere y'Imana, bityo bagahabwa amahoro n'umutekano❤

Ответить
@annickmugisha6687
@annickmugisha6687 - 27.12.2024 11:28

Hezagigwa muvyeyi. Tirumvise message kandi Uwiteka adushoboze kuguma mu gakiza kabonegwa muri Kristu Yesu.



Just a small correction iyo ari igitsina gore bavuga UMURINDIKAZI.
UMURUNDI n igitsina gabo.

Ответить