Kwihisha Birananiye MVUYE iBURUNDI MPUNZE NJYE N'UMUGABO WANJYE  Reka Mbasobanurire uko byagenze

Kwihisha Birananiye MVUYE iBURUNDI MPUNZE NJYE N'UMUGABO WANJYE Reka Mbasobanurire uko byagenze

ZABURI NSHYA

54 года назад

43,594 Просмотров

Ссылки и html тэги не поддерживаются


Комментарии:

@TuyishimireJeanne-l3g
@TuyishimireJeanne-l3g - 16.12.2024 13:02

Ikinezeza Kandi kikampumuriza nuko Imana idahinduka kdi ishobora byose ni iyo kwizera byose ducamo bigira iherezo komeza ukomere nshuti Yanjye 🙏

Ответить
@remynkeshimana4431
@remynkeshimana4431 - 16.12.2024 13:14

Yesu Kristo ashimwe rwosé yarakoze kubana n'umusavyikazi wayo mu bihe vyari bigoye.

Ответить
@NdekeziJackson
@NdekeziJackson - 16.12.2024 13:37

Wakijijwe nuko wakiye yesu nkumwami numukizawawe imana izaguhe iherezo ryiza

Ответить
@Lea-ur2xs
@Lea-ur2xs - 16.12.2024 14:27

Mfite akabazo: kuki abantu bavuga KO abakistu gatolika badakijijwe? Ese gukizwa ni ukubauri murihe fini? Aho ntitwibagirwa KO idini nyakuri ari umutima w'umuntu?
Munsobanurire Niba mubishaka

Ответить
@RizikiBizimana
@RizikiBizimana - 16.12.2024 16:10

Zuvuga ikirundi baracumva

Ответить
@SamuelNsengiyumva-i3g
@SamuelNsengiyumva-i3g - 16.12.2024 17:14

Imana warakoze .gusa vugikirundi nabanyarwanda naje muburundi ntibahebikinyarwanda

Ответить
@japhetharagakiza2296
@japhetharagakiza2296 - 16.12.2024 18:44

N'ukuri ndabuze ico novuga . IMANA ihezagire Uwo Mu MAMAN yadufashije gose , from Burundi

Ответить
@libereeuwimana3405
@libereeuwimana3405 - 16.12.2024 19:59

Urakoze Marcelline! Ni byiza kumva ubutumwa nk'ubwawe bisubizamo imbaraga kumva ko hari abantu dufatanyije urugamba nkawe.
Imana iduhane imigisha.

Ответить
@fabiolandayi7512
@fabiolandayi7512 - 16.12.2024 20:40

Namashimwe nukuri

Ответить
@uweradenise5909
@uweradenise5909 - 16.12.2024 20:53

Ariko Plaisir ubu iyi titre uba washyizeho ko ataryo? Umukristo? Ntago aringombwa gutwika!Uyu mu Maman ni umurokore Imana imuhe umugisha!

Ответить
@AliceKanyana-gf6kk
@AliceKanyana-gf6kk - 17.12.2024 02:08

Imana ni nziza cane🙏🙏🙏

Ответить
@ClaudineBigirumukama
@ClaudineBigirumukama - 17.12.2024 05:36

Hallelujah ishimwe kumana

Ответить
@schollaschol3948
@schollaschol3948 - 17.12.2024 07:21

❤❤❤❤❤❤❤❤

Ответить
@alineka6154
@alineka6154 - 17.12.2024 09:43

Imana yarakoze kukurinda no kugukomeza mubibazo kubwanje uwo mugabo mwari kuvana kare mutaranabyarana . Uri Umukozi uzi gushakisha . Irakoze kudusangiza ubuhamya

Ответить
@KwizeraDidier-cp9ly
@KwizeraDidier-cp9ly - 17.12.2024 15:42

Mukobwa wacu humura

Ответить
@THEAMERICANDREAM1107
@THEAMERICANDREAM1107 - 17.12.2024 16:29

Uyu mugore ntabuhamya Ari kuduha... Ahubwo yaje kwararaza umugabo we . Mxoim

Ответить
@GihozoUwimana
@GihozoUwimana - 17.12.2024 16:43

Yewe berezi gukozwa kwawe kurihafi yantakope ubu c titire yububuhamya ihuriyehe nibyo ari kuvuga uzarya ibyisi ariko iby'ijuru kubirya bizakugora burezile we ndakubwiye kandi

Ответить
@NsengiyumvaEvelyne-o3w
@NsengiyumvaEvelyne-o3w - 17.12.2024 18:35

Wa muvyeyi weee uri umukozi wimana vyukuri nubwo abasenzi ari benshi ni bake boshobora kwihangana nkuko kwawe

Ответить
@UweraSandrine-l2i
@UweraSandrine-l2i - 17.12.2024 19:56

Amen Amen ❤

Ответить
@pascalbukuru-ws1fk
@pascalbukuru-ws1fk - 17.12.2024 20:25

Ndagukeje uri umukristo kuko imbuto za Kristo zakugaragayemwo

Ответить
@NyiranezaPriscille-wq3di
@NyiranezaPriscille-wq3di - 18.12.2024 09:29

Imana igira neza yarahabaye ishimwe cyaneee nongeye kwakira inkomeze

Ответить
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck - 18.12.2024 20:25

Inzira z'Imana ninyinshi ,wew yakwiyerekey murimwe murizo,rero ntukavugeko gusaba crédit muri banque Imana itaba yishuye icoyasezeranye.
Kuko iyitavyemeye niyo crédit urayisaba bakayikwima abandi bayibahaye.

Kuba warasenze Imana ikagukiza ata opération ugiriwe n'umwana agakira gutyonyene ninzira imwe Imana yakoresheje,hakaba nabandi baja kwamuganga bakabavura bagakira ,nahonaho Imana ibayishuye.Intahe ninziza zikomeza abazunva ariko bikwiyeko zitanganwa ubwitonzi bwinshi kugira ntihagir ababigirako amakenga.

Ответить
@ornellaisimbi7324
@ornellaisimbi7324 - 19.12.2024 01:49

Mbega ikigeragezo mana yanjye weee!

Ответить
@dinaniyo4921
@dinaniyo4921 - 19.12.2024 06:39

Ukwo sugukunda umugabo gusa abagore benshi turafise ibibazo vyokwihomerereza kubagabo batanfukunda sinzimpamvu iyu mugabo atagukunda ufisubwenge womuheba kuko ubuzima burabandanya hoko umugabo akwica Haaaaa ewe nimubandanye ntakundi.

Ответить
@AHERACYANE
@AHERACYANE - 19.12.2024 07:59

Imana ninziza❤

Ответить
@AHERACYANE
@AHERACYANE - 19.12.2024 08:01

Mama uzagaruke

Ответить
@clothildemugorewera7409
@clothildemugorewera7409 - 19.12.2024 11:02

Imana iguhezagire ni ukuri.Hari abantu bacyubaha Imana.Intahe yawe iranyubatse pe.Kandi uri mwiza.❤🎉🎉🎉

Ответить
@athanasiebampire420
@athanasiebampire420 - 20.12.2024 12:19

Disi plaisir naringukumbuye ariko ntakubeshye nkumbuye kumva mama Linda numva nishyuramo ko Yesu yamuhirije abana nukuri yambereye umutwaro pe

Ответить
@TungaNdanga
@TungaNdanga - 20.12.2024 18:34

Icyakora murakiza Koko.

Ответить
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm - 20.12.2024 18:40

Ubuhamya bwawe burandemesheje

Ответить
@TungaNdanga
@TungaNdanga - 20.12.2024 18:59

Sha Imana numukozi wumuhunga

Ответить
@JayMichaelKubwimana
@JayMichaelKubwimana - 20.12.2024 22:35

𝒀𝒂𝒌𝒐𝒛𝒆 𝒊𝒃𝒊𝒌𝒐𝒎𝒆𝒚𝒆 𝒏𝒊𝒉𝒂𝒃𝒘𝒆 𝒊𝒄𝒖𝒃𝒂𝒉𝒊𝒓𝒐 𝒉𝒂𝒎𝒂 𝒏𝒅𝒂𝒈𝒖𝒔𝒉𝒊𝒎𝒊𝒚𝒆 𝒌𝒐 𝒘𝒂𝒌𝒐𝒓𝒆𝒔𝒉𝒆𝒋𝒆 𝒊𝒌𝒊𝒓𝒖𝒏𝒅𝒊 𝒃𝒐𝒏𝒏𝒆 𝒑𝒓é𝒔𝒂𝒏𝒕𝒂𝒕𝒊𝒐𝒏 𝒅𝒆 𝒏𝒐𝒕𝒓𝒆 𝒑𝒂𝒚𝒔

Ответить
@EgideSibomana-b8r
@EgideSibomana-b8r - 21.12.2024 01:26

Plaisir ubu butumwa nibwiza ariko turashaka uzodushakire umugabo we nawe twumve ico abivugako kuko akarimi kumwe gasosa nkisukari

Ответить
@one7933
@one7933 - 21.12.2024 09:32

Ariko tube tubwizanya ukuri, warikuronka gute umugabo ukijijwe nawe uri imboregwa? Ntabwo vyari gukunda wategerezwa kuronka uwoyoberanirije murusengero nkuko nyene.

Ответить
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm - 21.12.2024 10:02

Urampezagiye

Ответить
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm - 21.12.2024 10:26

Nanje nitwa Marceline sha nanje ntaco ntakorera umugabo ariko vyarangiye arongoye umukobwa wimyaka 20ans angana nabana biwe ariko dufise Imana mwijuru itwitwararika

Ответить
@Marceline-d8k
@Marceline-d8k - 22.12.2024 08:19

Wow Umwami Yesu Kristo agukomeze Manzina ❤❤❤❤

Ответить
@charllotekayitesi1777
@charllotekayitesi1777 - 23.12.2024 01:33

Yoo warakoze kubaha Imana.🙏🙏🙏🙏🙏

Ответить
@IsmailHabimana-ct9hv
@IsmailHabimana-ct9hv - 23.12.2024 06:49

Reka gushikuza .hoyanawe ntu rondera ubufasha mgbo ureke kubesha

Ответить
@niyibonadevote8577
@niyibonadevote8577 - 23.12.2024 11:42

Marceline weeeeee Mana we ndagukumbuye cane wa Cankuzo😂😂😂

Ответить
@Murayimurayi
@Murayimurayi - 23.12.2024 19:32

Amen

Ответить
@QueenQueen-o6j
@QueenQueen-o6j - 23.12.2024 19:49

Mawe wanje Marcéline witwiranwa nuwanyibarutse uraryohewe muga sanzeko ba Marcéline mwese mufise ukwihangana birenze na Dawe yaratuntuye umutima we muga NDIHO aracari kungoma

Ответить
@AnnociatteUwiteka
@AnnociatteUwiteka - 24.12.2024 07:02

Numva unteye iseseme,ntiwarufise iwanyu ntacuriko uravuga ngaho

Ответить
@nadegeirankunda9989
@nadegeirankunda9989 - 24.12.2024 12:23

Ndafashijwe pe

Ответить
@RobertLwambi
@RobertLwambi - 24.12.2024 13:25

Imana iguhe umugisha mwinshiiii mama

Ответить
@DesireNICOYITUNGIYE
@DesireNICOYITUNGIYE - 24.12.2024 21:53

Amen

Ответить
@MutsinziRwatangabo-n2h
@MutsinziRwatangabo-n2h - 25.12.2024 16:21

Ndafashijwe amen amen amen

Ответить
@BasileMugisha
@BasileMugisha - 26.12.2024 09:58

Martin Imana Ikomeze imutuze aheza yari umukozi w'Imana

Ответить
@BasileMugisha
@BasileMugisha - 26.12.2024 10:36

Amen amen tena amen

Ответить
@BasileMugisha
@BasileMugisha - 26.12.2024 10:52

Ndagukunze cane muvyeyi, Imana iguhe umugisha kandi Ibandanye ikurerere abana

Ответить